St. Francis Manor & Seeland Park
Skip to Content

BANTUkirundi

Urwego [St. Francis Manor, Inc.] rurubaha amategeko ya Reta Zunze Ubumwe arengera uburenganzira bw'abanyagihugu kandi ata kuvangura rukora rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina.  Urwego [St. Francis Manor, Inc.] ata muntu rukumira canke rufata ingene rutafata abandi rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina.

            Urwego [St. Francis Manor, Inc.]:

            • Ruratanga ibikoresho na serivisi ku bagendana ubumuga ku buntu kugira ngo baronke ingene yo guhanahana amakuru na twebwe, ivyo rutanga hari:

                        ○ Abasemuzi b'ururimi rw'ibimenyetso bafise ubushobozi

            ○ Amakuru yanditswe ukundi kungene (ivyapa, amajwi, inyandiko z'ubuhinga bwa none, ubundi bwoko bw'inyandiko)

            • Ruratanga serivisi z'indimi ku buntu ururimi rwabo kama atari Icongereza, nka:

                        ○ Abasemuzi bafise ubushobozi

                        ○ Amakuru yanditwe mu zindi ndimi

            Nimba ukeneye izi serivisi, wokwegera [Morgan Hawkins or Tiffany Criswell]

Nimba wiyumvira ko urwego [St. Francis Manor, Inc.] rwonanirwa gutanga izi serivisi canke rwovangura ukundi kungene rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina, urashobora gushikiriza idosiye yo kwiyamiriza:  Morgan Hawkins, Compliance Officer or Tiffany Criswell, Quality Coordinator, 2021 4th Avenue Grinnell, IA 50112, 641-236-7592, Fax: 641-269-5497, mhawkins@stfrancismanor.com, tcriswell@stfrancismanor.com Urashobora gushikiriza idosiye yo kwiyamiriza ubwawe canke ukayirungika mw'iposita, kuri fagisi (641-269-5497), canke k'ubuhinga bwo kurungika amakete ku ngurukanabumenyi (mhawkins@stfrancismanor.com, tcriswell@stfrancismanor.com). Nimba ukeneye ubufasha k’ugushikiriza idosiye yo kwiyamiriza, Morgan Hawkins, Compliance Officer or Tiffany Criswell, Quality Coordinator azogufasha.

 

BANTU

Urashobora kandi gushikiriza idosiye yo kwiyamiriza ku bijanye n'uburenganzira bw'abanyagihugu muri U.S. Department of Health and Human Services (Bushikiranganji bwa Reta Zunze Ubumwe Bujejwe Amagara n'Imibereho Myiza y'Abantu), Office for Civil Rights (Igisata Kijejwe Uburenganzira bw'Abenegihugu), warungika idosiye zo kwiyamiriza ku ngurukanabumenyi muri Office for Civil Rights Complaint Portal kuri https://ocrportal.hhs.gov/ocr/portal/lobby.jsf, canke ukarungika ikete mw'iposita canke ugaca uterefona kuri:

U.S. Department of Health and Human Services

200 Independence Avenue, SW

Room 509F, HHH Building

Washington, D.C. 20201

1-800-868-1019, 800-537-7697 (TDD)

 Inkaratasi zo gushikiriza idosiye zo kwiyamiriza ziraboneka kuri http://www.hhs.gov/ocr/office/file/index.html.

 

Urwego St. Francis Manor, Inc. rurubaha amategeko ya Reta Zunze Ubumwe arengera uburenganzira bw'abanyagihugu kandi ata kuvangura rukora rwishimikije ubwoko, ibara ry'urukoba, amamuko, imyaka, ubumuga, canke igitsina. 

 

ICITONDERWA:  Nimba uvuga Ikirundi, uzohabwa serivisi zo gufasha mu ndimi, ku buntu.  Woterefona 1-877-696-6775.

Notice of Privacy Practices

|

Unsubscribe from Fundraising Correspondence

|

© 2024 St. Francis Manor & Seeland Park. All rights reserved.